YEZU NDAGUKUNDA
( Conchiglia )

Agashapule k'Urukundo rw'Imana hose.



 

Hatangura :  Ndemeye, Dawe wa twese (1), Mwaramutse Mariya (3), Haninahazwe (1)

Kuri Mwaramutse Mariya : Yezu Ndagukunda  (10)

Kuri Dawe wa twese : Haninahazwe

Mu guheza :  Ni ivy'ukuri, urazi Yezu ko ndagukunda kandi nzokuninahaza imyaka hose. Amen

 


  Home       Kw-īfūtānya  
www.conchiglia.net   E-mail: movimentodamoresanjuandiego@conchiglia.net   staff@conchiglia.net
Conchiglia - MOVIMENTO D'AMORE SAN JUAN DIEGO - Via Manzoni, 12 - C.P. 99 - 33085  Maniago  PN  Italia
tel. (0039) 333.36.27.194  fax (0039) 0444.80.99.54