ISHAPULE Y’AMAHORO Y’ EKLEZIYA, UBURUNDI N’ISI YOSE
Ivugirwa Kw’ishapule Isanzwe
Ndemeye
Dawe (1)
Mwaramutse (1)
Haninahazwe (1)
DAWE, Barekurire kuku batazi ico bakora (10)
Mu guheraheza:
Haninahazwe (5)
P. Vittorio Blasi
Bujumbura- Burundi